Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika, Antony Blinken yageze muri Isiraheli gusaba iki gihugu kuba ihagaritse ibitero mu ntara ya Gaza. Ukraine irashimira Amerika ku bihano yafatiye abantu n'amashyirahamwe agera ku 220 akorana n'Uburusiya.
Nov 03, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Umurwi w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH utewe impungenge n'umurengera w'ibitigiri vy'abanyororo mu mabohero atandukanye Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu yatanguye urugnedo rwiwe rw’imisi umunani mu burasirazuba bwo hagati
Nov 02, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Perezida Ndayishimiye yemeza ko hari akarwi k’" inyankabarundi" bishize hamwe mu guhomvya igihugu. Abanyamahanga ba mbere bari bafatiwe muri Gaza bageze muri mISIRI. Minisitiri w’intebe w’Ubudage yasabye imbabazi ku bwicanyi bwakozwe n’abakoloni b‘igihugu ke muri Tanzaniya,
Nov 01, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ambasade y'Uburundi muri Afrika y’epfo iratabariza Abarundi barenga 90 bapfungiwe muri ico gihugu mu gisagara ca Pretoria. Umwami w'Ubwongereza, yatangiye uruzinduko rw’iminsi ine mu gihugu ca Kenya. Israyeri yatangaje ko abasirikare bayo bishe umwe mu bategetsi b'umurwi Hamas.
Oct 31, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye avuga ko umugambi wo kurwanya ihona ry'amashamba witiriwe “Ewe Burundi Urambaye” ataco washitseko RDC: Impunzi z’abanyarwanda zivuga ko zikomeje guhura n’ingaruka mbi z’Ubuhunzi Afurika y’Epfo yasabye ONU Kohereza Ingabo mu ntara ya Gaza
Oct 30, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Abapolisi n’abajejwe intwaro mu gisagara ca Lewiston co muri Reta ya Maine iri mu buraruko bushira ubuseruko bwa USA bariko barondeza urushindu umugabo yishe abagera kuri 18. Amerika yemeza ko Uburusiya bwica ingabo zabwo zidakuirikiza amabwirizwa ajanye n'ingwano muri Ukraine.
Oct 27, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Uwuserukira ONU mu Burundi avuga ko hari imigambi myinshi itabasha kuja mu ngiro kubera ukubura abahinga bayirangura canke bayikwirikirana ku ruhande rwa Reta. Igisirikare ca Isirayeli cavuze kuri uyu wa kane ko cakoze ibitero ku butaka mu ntara ya Gaza.
Oct 26, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi abatwara ibinyabiziga bongeye kwinubira ibura rya lisansi, rigira ingaruka ku kazi kabo. Igisirikare cya Isiraheri cyagabye ibitero n’indege z’intambara mu bice birimo Hamas. Muri Senegali, Ousmane Sonko, umunyapolitike utavuga rumwe n’ubutegetsi, wongeye kwiyicisha inzara mu minsi 8.
Oct 25, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo, abantu batandatu bamaze gupfa abandi barenga 10 barakomereka mu mirwano muri teritwari ya Nyiragongo. Kongo yongeye gushinja u Rwanda kohereza ingabo gushigikira M23. Prezida w'Ubufransa yagendeye Israyeri. Yajanye ubutumwa bwo gushigikira ico gihugu kiri mu ntambara n’umurwi wa Hamas.
Oct 24, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Abanyapalestina bagera ku 5.000 bamaze kwicwa. Ku ruhande rwa Isiraheli, ubutegetsi butangaza ko abarenga 1.400 ari bo bapfuye. Turukiya yarungikiye Misiri izindi ndege zibiri zijanye imfashanyo mu ntara ya Gaza. Ubumwe bwa Buraya bwongereje ibihano ku basirikare batembagaje ubutegetsi muri Nijeri.
Oct 23, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Umunyamabanga mukuru wa ONU, Antonio Guterres, yagiye mu kigobe cya Sinai mu rwego rwo rwo gufungura inzira yo kunyuzamo imfashanyo zigenewe intara ya Gaza. Abategetsi b'Uburisya, kuri uyu wa gatanu biyamirije ijambo Prezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika yavuze ku ntambara ya isirayeri na Hamas.
Oct 20, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi buvuga ko bwahagaritse akarwi k'abantu bakorera ku mbuga ngurukana bumenyi mu "gucafuza inzego z'igihugu no guteka umutwe". Afrika y'epfo ishobora kugira uruhara mu biganiro hagati ya Isirayeri na Hamas. Imodoka zirimwo inteko z'Ubufransa ziriko ziva mu gihugu ca Nijeri zashitse muri Cadi.
Oct 19, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Perezida w’Amerika Joe Biden yageze muri Isirayeli mu ruzinduko ruje mu gihe mu ntara ya Gaza bombe yahitanye abasivili mu bitaro. Perezida wa Uganda Yoweri Museveni yarahiye ko ingabo ze zizahiga inyeshyamba zahitanye ba mukerarugendo babiri n’umuturage wa Uganda
Oct 18, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, Kefa Nibizi, umukuru w'umugambwe" CODEBU Iragi rya Ndadaye" ari mu mvuto. Umwe mu bayobozi b’umurwi wa Hamas mu vya gisirikare yaguye mu gitero c'indege y'ingwano ya Isirayeri. Ubufaransa bukeka ko ibitero vy'iterabwoba vy'intagondwa ziyitirira idini rya Isilamu bigiye kuba vyinshi.
Oct 17, 2023•30 min•Transcript available on Metacast RDC: Abaturage bo muri teritware ya Masisi bavuga ko kutagira ikarata nshasha yo gutora bibateye umutima uhagaze. Burundi: Leta yongereye icaha c'ugushaka kugandagura umukuru w'igihugu, ku rutonde rw’ivyuwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni Yagirizwa.
Oct 16, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, umuganwa Ludoviko Rwagasore waharaniye ukwikukira yibutswe. Umugambwe UPRONA yakomokagamo urasaba urwaruka guharanira kwikukira mu bukungu. Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika arasura ibihugu by’Abarabu. Urukiko mu Rwanda rumaze gukatira Prince Kid gufungwa imyaka itanu.
Oct 13, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ishyaka Ishema ritavuga rumwe n’ubutegetsiu bw’u Rwanda rikorera mu bugungiro ryambuye Thomas Nahimana warishinze ubunyamuryango. ONU yongeye ikiringo intumwa y’iryo shirahamwe mu vyerekeye agateka ka zina muntu mu Burundi. Isirayeli n’Amerika birasaba amahanga kwamagana ibitero bya Hamas
Oct 12, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Kenya yahagaritse amasezerano yatumaga abaganga bo muri Cuba bakora muri Kenya. Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika yagiye muri Isiraheri gushyigikira icyo gihugu, nyuma y’ibitero by’umutwe wa Hamas. Mu Rwanda, kwimura abaturage mu manegeka, byongereye icuruzwa ry’abana b’abakobwa.
Oct 11, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ishyirahamwe Human Rights Watch, ryagiriza reta y’u Rwanda guhonyanga agateka ka zina muntu, no kubangamira abatavuga rumwe nayo bataba mu Rwanda. Akanama ka ONU kajejwe agateka ka zina muntu kirukanye Uburusiya mu murwi w’ibihugu bikagize Isirayeri yagavye ibitero mu bibanza amajana muri Gaza.
Oct 10, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi kuva kuri uyu wa mbere kugera ku musi wa gatatu, hariko harabera inama y'abakenyezi b'indongozi. Umunyamerikakazi Claudia Goldin ni we yatahiye agashimwe kitiriwe Nobel mu gisata c’ubutunzi katanzwe kuri uyu wa mbere. Umurwi wa Hamas ubandanya gutana mu mitwe n'igisoirikare ca Isirayeri.
Oct 09, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ikigo c’u Rwanda kijejwe ivy’intwaro cemeza ko hari uburere butatu bw’umurwa mukuru, Kigali, bwugarijwe n’ikibazo c’ukuzingama mu bana Intambara hagati y’Abarwanyi ba M23 n’abo mu murwi wa Wazalendu irabanadanya. Umurwi wa Wazalendu wigaruriye igisagara ca Kitshanga kiri muri teritware ya Masisi.
Oct 06, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Abamugariye ku rugamba bo mu ntara ya Cibitoke mu Burundi basaba leta kubegurira imidugudu begeranirijwemo. Mu burasirazuba bwa Kongo haravugwa umwuka utari mwiza hagati y’ingabo za leta n’abarwanyi ba Twirwaneho. Ubufaransa muri iki cyumweru buzatangira gukura abasirikare babwo muri Nijeri
Oct 05, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Burundi: Reta igiye kwimura abanyagihugu bafise amazu muri karitiye, Nyabugete, zone Kanyosha Komine Muha i Bujumbura. Rwanda: Ibikomoka kuri peteroli vyaduze ibiciro ku rugero rutamenyerewe RDC: Moise Katumbi atavuga rumwe na reta azokwitoza mu ma tora y’umukuru w’igihugu azoba mu kwa 12.
Oct 04, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi bwafashe icyemezo cyo kubuza abantu gutwara ibinyabiziga banyoye inzoga. Urukiko rwa gisirikare mu ntara ya Kivu ya ruguru rwakatiye abagize uruhare mu bwicanyi bw'abasivile bigaragambyaga. Kenya yashimye icyemezo ya ONU cyo kwemera kohereza ingabo mu butumwa bw’amahoro muri Haiti.
Oct 03, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo, Koloneli Mike Mikombe Mikombe yakatiwe urwo gupfa mu rukiko rwa gisirikare i Goma. Ingabo za FARDC n'inyeshyamba za M23 baraterana amagambo. Abategetsi b'abasirikare muri Nijeri baremeye ko Alijeriya yaba umuhuza mu gutorera inyishu ibibazo biraje ishinga abanyagihugu.
Oct 02, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi bwahinduye ahagombaga kubera igitaramo cy’umuhanzi w’Umunyarwanda The Ben. Guverinoma ya Repubulika ya Demokarasi ya Kongo irashaka ko MONUSCO iyivira mu gihugu bidatinze. Muri Gabon, umugore wa Ali Bongo arashinjwa icyaha cy’iyezandonke.
Sep 29, 2023•30 min•Transcript available on Metacast U Rwanda rusaba abakiri mu mitwe yitwaje intwaro iri muri Kongo gutaha mu gihugu. Umuryango OTAN uremeza ko Ukraine irimo kwitwara neza mu ntambara n'Uburusiya. Guverinema ya Burkina Faso yatangaje ko yaraye iburijemo kudeta. Amerika yafatiye ibihano abanyaliberiya ishinja kubangamira demokarasi.
Sep 28, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ingabo za reta ya Republika ya demokarasi ya Kongo zemeza ko ziri mu myiteguro ya nyuma yo kugaba ibitero simusiga kuri M23. Ubutungane bwa New York bwemeje ko Donald Trump yakoze ivyaha vya magendu. Ambasaderi w’Ubufaransa muri Nijeri yatahutse inyuma yo kwirukanwa muri ico gihugu akanka kuhava.
Sep 27, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Amashirahamwe yigenga arenga 40 akorera mu gihugu c’Uburundi asaba kutongereza ikiringo c’intumwa idasanzwe ya ONU muvy'agateka ka muntu muri ico gihugu. Mu Rwanda, Denis Kazungu agiye gufungwa imisi 30, imbere y’uko urubanza rwiwe ruburanishwa mu mizi. Uburusiya burarondeza Perezida wa CPI
Sep 26, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Prezida Evariste Ndayishimiye w’Uburundi yahumurije abarundi ko atekanya kandi ko n’igihugu kitajegajega. Abavuga ururimi rw’ikinyarwanda muri teritware ya Nyiragongo baratabaza ko bibasiwe n’andi moko.Imirwano yongeye kubura hagati y’ingabo za Etiyopiya n’abarwanyi bo mu ntara ya Amhara.
Sep 25, 2023•30 min•Transcript available on Metacast