Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 16, 2023
Oct 16, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
RDC: Abaturage bo muri teritware ya Masisi bavuga ko kutagira ikarata nshasha yo gutora bibateye umutima uhagaze.
Burundi: Leta yongereye icaha c'ugushaka kugandagura umukuru w'igihugu, ku rutonde rw’ivyuwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni Yagirizwa.