Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 02, 2023
Nov 02, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Umurwi w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH utewe impungenge n'umurengera w'ibitigiri vy'abanyororo mu mabohero atandukanye
Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu yatanguye urugnedo rwiwe rw’imisi umunani mu burasirazuba bwo hagati