Amakuru ku Mugoroba - Nzeli 26, 2023
Sep 26, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Amashirahamwe yigenga arenga 40 akorera mu gihugu c’Uburundi asaba kutongereza ikiringo c’intumwa idasanzwe ya ONU muvy'agateka ka muntu muri ico gihugu.
Mu Rwanda, Denis Kazungu agiye gufungwa imisi 30, imbere y’uko urubanza rwiwe ruburanishwa mu mizi.
Uburusiya burarondeza Perezida wa CPI