Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 31, 2023
Oct 31, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Ambasade y'Uburundi muri Afrika y’epfo iratabariza Abarundi barenga 90 bapfungiwe muri ico gihugu mu gisagara ca Pretoria. Umwami w'Ubwongereza, yatangiye uruzinduko rw’iminsi ine mu gihugu ca Kenya. Israyeri yatangaje ko abasirikare bayo bishe umwe mu bategetsi b'umurwi Hamas.