Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 30, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 30, 2023

Oct 30, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye avuga ko umugambi wo kurwanya ihona ry'amashamba witiriwe “Ewe Burundi Urambaye” ataco washitseko RDC: Impunzi z’abanyarwanda zivuga ko zikomeje guhura n’ingaruka mbi z’Ubuhunzi Afurika y’Epfo yasabye ONU Kohereza Ingabo mu ntara ya Gaza