Amakuru ku Mugoroba - Nzeli 27, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Nzeli 27, 2023

Sep 27, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Ingabo za reta ya Republika ya demokarasi ya Kongo zemeza ko ziri mu myiteguro ya nyuma yo kugaba ibitero simusiga kuri M23. Ubutungane bwa New York bwemeje ko Donald Trump yakoze ivyaha vya magendu. Ambasaderi w’Ubufaransa muri Nijeri yatahutse inyuma yo kwirukanwa muri ico gihugu akanka kuhava.