Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 04, 2023
Oct 04, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Burundi: Reta igiye kwimura abanyagihugu bafise amazu muri karitiye, Nyabugete, zone Kanyosha Komine Muha i Bujumbura.
Rwanda: Ibikomoka kuri peteroli vyaduze ibiciro ku rugero rutamenyerewe
RDC: Moise Katumbi atavuga rumwe na reta azokwitoza mu ma tora y’umukuru w’igihugu azoba mu kwa 12.