Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 26, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 26, 2023

Oct 26, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Uwuserukira ONU mu Burundi avuga ko hari imigambi myinshi itabasha kuja mu ngiro kubera ukubura abahinga bayirangura canke bayikwirikirana ku ruhande rwa Reta. Igisirikare ca Isirayeli cavuze kuri uyu wa kane ko cakoze ibitero ku butaka mu ntara ya Gaza.