Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 19, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 19, 2023

Oct 19, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Uburundi buvuga ko bwahagaritse akarwi k'abantu bakorera ku mbuga ngurukana bumenyi mu "gucafuza inzego z'igihugu no guteka umutwe". Afrika y'epfo ishobora kugira uruhara mu biganiro hagati ya Isirayeri na Hamas. Imodoka zirimwo inteko z'Ubufransa ziriko ziva mu gihugu ca Nijeri zashitse muri Cadi.