Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 24, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 24, 2023

Oct 24, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Muri Kongo, abantu batandatu bamaze gupfa abandi barenga 10 barakomereka mu mirwano muri teritwari ya Nyiragongo. Kongo yongeye gushinja u Rwanda kohereza ingabo gushigikira M23. Prezida w'Ubufransa yagendeye Israyeri. Yajanye ubutumwa bwo gushigikira ico gihugu kiri mu ntambara n’umurwi wa Hamas.