Amakuru y'uno mugoroba aza gushimikira ku ntambara ibandanya muri Kongo. Mu gihe abanyagihugu babandanya guhunga, abiyerekana i Kinshasa bateye ambasade z'ibihugu bitandukanye zirimwo iy'Amerika, iy'u Rwanda, iya Kenya, iy'Ubufaransa n'izindi i Kinshasa.
Jan 28, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Impande zitandukanye zirimwo amashirahamwe mpuzamakungu zihangayikishijwe n'umutekano wa Kongo. Amakuru yacu y'uno munsi, aza gushimikira ku cuka kiri muri Kongo, inyuma yaho M23 ifashe igisagara ca Goma.
Jan 27, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Buramatari wa Kivu ya Ruguru muri Kongo "Yaguye ku Rugamba rwa M23 na FARDC". Ingwano hagati y'izi mpande, irasatira umujyi wa Goma. Urukiko mu mujyi wa Seattle rwahagaritse by’agateganyo iteka rya Perezida Trump rikuraho uburenganzira bw’ubwenegihugu ku bana b’abimukira bavukiye muri Amerika.
Jan 24, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Imirwano ikaze hagati y’ingabo za leta ya Kongo na M23 yakomereje muri santere ya Sake no mu nkengero zawo kuva mu gitondo cyo kuri uyu wa kane. Perezida wa Amerika Donald Trump yaraye ahagaritse ingendo z'impunzi zari zaremerewe kuza muri Amerika. Amashirahamwe 7 yo mu Bufaransa yitwariye TikTok.
Jan 23, 2025•30 min•Transcript available on Metacast OMS, na leta z’ibihugu biyigize bafite umugambi wo guteza imbere ubuvuzi kama. Zimbabwe ifise ubwoba ko ugusezera kwa'Amerika muri OMS, bizogeramira cane imigambi yo kurwanya Sida muri ico gihugu. Isirayeri ivuga ko izobandanya kugenzura urubibe rwo mu karere ka Rafah, Gaza ihana na Misiri
Jan 22, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Prezida Donald Trump yasinye amategeko atandukanye arimwo ayavana Amerikika muri OMS no mu masezerano y'ivy'ibidukikije yitiriwe Paris. Amerika na Afuganistani bahahanye imbohe. Umuntamategeko Moise Nyarugabo aratabariza abanyagihugu b’Abakongomani.
Jan 21, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Perezida wa 47 w’Amerika yarahiye ati: “Jyewe, Donald J. Trump, ndahiriye ku mugaragaro ko nzakora n’umutima wanjye wose akazi ka perezida wa Leta zunze ubumwe z’Amerika, kandi ko, uko nshoboye kose, nzabungabunga, nzarengera itegeko nshinga rya Leta zunze ubumwe z’Amerika. Imana ibimfashemo.”
Jan 20, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Prezida wa Reta zunze Ubumwe z'Amerika yatowe, Donald Trump, yavuze ko umuhango wo kurahira uzobera mu cumba c'iyo ngoro citwa Rotunda, kubera imbeho azoba ari nyinshi cane. ONU yavuze ko abantu bagera ku 237.000 bahunze kuva uyu mwaka wa 2025 utanguye muri Kongo.
Jan 17, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Leta y'Uburundi irahakana imibare ivugwa ko ari iy'abasirikare babo bagwa ku rugamba mu ntambara yo muri Kongo. Tanzaniya iravuga ko nta burwayi bwa Marbug buri mu gihugu nyuma y'uko OMS ivuze ko ishobora kubas yarishe abantu 8. Perezida Joe Biden w’Amerika yaraye avuze ijambo ryo gusezera.
Jan 16, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Abasirikare barenga 50 b’Abarundi boba bamaze kurwa mu ngwano imaze iminsi ikaze hagati ya M23 na FARDC. Abababa 10 muri Tanzaniya ni bo bamaze kumenyekana ko bahitanywe na virusi ya Marburg. Prezida wa Koreya y’Epfo Yoon Suk Yeol yatawe muri yompi n'abashinzwe umutekano.
Jan 15, 2025•30 min•Transcript available on Metacast RCD: Izamuka ry’ibiciro bya lisansi mu mujyi wa Uvira ryateye ibibazo mu gutwara abantu; Rwanda: Abahagarariye umuryango wa nyakwigendera Assinapol Rwigara wari umunyemali barasaba urukiko rukuru kutakira ubujurire bw’umujyi wa Kigali. Isirayeli na Hamasi bishobora kugera ku masezerano y’amahoro
Jan 14, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, urukiko rukuru rwanze kongerera igihe cyo kwitegura Karasira Aimable mu rubanza aburana n’ubushinjacyaha.Muri Uganda, ubushinjacyaha bwa gisirikare burarega Kizza Besigye icyaha cy’ubugambanyi gishobora guhanishwa kwicwa.Inkongi z’imiriro ziracyayogoza umujyi wa Los Angeles muri Amerika.
Jan 13, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Inkongi y’umuriro yibasiye umujyi wa Los Angeles muri Leta ya California imaze guhitana abantu 10. Kongo yahagaritse televiziyo mpuzamakungu Al Jazeera. Isiraheri yagabye ibitero ku ba Houthi bo muri Yemen. Urukiko mpanabyaha rwafashe icyemezo cyo gusesa urubanza rwa perezida watowe, Donald Trump.
Jan 10, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Umuhango wo gusezera bwa nyuma Prezida Jimmy Carter wabereye muri Katedrali y’igihugu I Washington DC. Prezida w'u Rwanda yiteze ko ubutegetsi bushya bwa Amerika buzazana impinduka muri Kongo. Perezida w'Uburundi yirukanye mu kazi kabo abategetsi 3 bo mu biro vyiwe, abagiriza guhemuka.
Jan 09, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Perezida watowe wa Leta zunze ubumwe z’Amerika, Donald Trump, yongeye gushimangira ko afite umugambi wo kwigarurira intara ya Greenland igenzurwa na Danemark, igihugu cya Canada, n’umuhora wa Panama. Amerika yemeje ko umutwe wa RSF n’abawuhagarariye, bakora jenoside mu gihugu cya Sudani.
Jan 08, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Urukiko rukuru mu Rwanda rwakomeje kumva imyiregurire y’abayoboke b’ishyaka DALFA Umulinzi. Muri Kongo ibiciro ku masoko bikomeje kuzamuka nyuma y'ifatwa rya santere ya Masisi. John Mahama, kuri uyu wa kabiri, yarahiye nka perezida wa Ghana muri manda ya gatatu
Jan 07, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Inteko ishinga amategeko ya Amerika yatangiye imirimo yo kwemeza burundu Donald Trump nka prezida. Kamala Harris arayobora iyo mihango. Umushikiranganji wa mbere wa Canada yatangaje ko azotanga imihoho. Umuhungu wa Prezida wa Uganda yigamvye ko ashaka guca umutwe Bobi Wine, utavuga rumwe na Museveni
Jan 06, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Abarundi barenga 70 bamaze amezi agera kuri 6 bapfungiwe mu kibuga c'indege muri Filipine baratabaza. Inama nshingamateka nshasha ya Amerika iratora umuyobozi wayo bita "Speaker." Ikirunga co mu buraruko bushira uburengero bwa Etiyopiya cagaragaje ibimenyetso ko kigiye gutangura gucira imiriro.
Jan 03, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Komisiyo yigenga y’amatora mu Burundi yavanye ku rutonde rw'abemerewe kuziyamamaza ku mpenshi iza Depite Agathon Rwasa. Ibitero by'indege z’intambara za Isiraheri byahitanye abantu10, bikomeretsa abandi15 mu ntara ya Gaza. Ghana yakuriyeho viza Abanyafurika basura ico gihugu.
Jan 02, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Muri Amerika, imodoka yagonze imbaga y’abantu 10 barapfa. Perezida watowe, Donald Trump, yatangaje ko azajya mw’itabaro ryo gusezera kuri nyakwigendera Perezida wa 39 Jimmy Carter. Muri Kenya. Perezida William Ruto yemeye ko abapolisi bakoze amabi atandukanye ku baturage bari mu myigaragambyo.
Jan 01, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Mu masaha make, turatangira umwaka wa 2025. Hirya no hino kw'isi, abantu batangiye kwifurizanya ubuzima bwiza n'imigisha. Inyeshyamba z’Abahuthi bo muri Yemeni, zishyigikiwe na Irani, ziratangaza ko zarashe misile ebyiri ku butaka bwa Isiraheri. Ubufaransa bwagabye ibitero by'indege muri Siriya.
Dec 31, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Etiyopiya, abantu batari musi ya 71 bapfuye igihe ikamyo yari yuzuye abantu yagwa mu ruzi. Abanyamerika babandanya kwibuka Jimmy Carter yahoze ari Perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yitavye Imana ku myaka 100. Muri Kenya polisi yarashe imyuka ibabaza mu maso ku bari mu myirekano.
Dec 30, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Inyuma y'imyaka 9 Gervais Rufyikiri yahoze ari icegera ca 2 c'umukuru w'igihugu mu Burundi ahunze, ari muri ico gihugu. Ingwano ikomeye hagati y’inteko za Reta ya Kongo n’abarwanyi ba M23, irabandanya. Muri iyi ndwi, imiryango irenga 2.000 y’abanyamozambike yahungiye muri Malawi
Dec 27, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abanyururu barenga 6000 baraye batorokeye icyarimwe gereza nkuru y’i Maputo muri Mozambike. Mu Minembwe mu ntara ya Kivu y’Epfo, ingabo z’igihugu zirimo zirarwana n’umutwe witwa Twirwaneho. Muri Siriya, ingabo za leta nshya zahagurikiye imitwe yitwaje intwaro ibogamiye ku butegetsi bwahirimye.
Dec 26, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Hirya no hino ku isi abakirisitu bizihije umunsi mukuru wa Noheri. I Vatikani, mu muhango wo gutura igitambo cya misa Papa Fransisko, yasabye ko intambara yo muri Ukraine yatuza, ahamagarira ibiganiro by’amahoro. Muri Kongo inkangu yatewe n’imvura nyinshi yahitanye abantu 4.
Dec 25, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
Dec 24, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abakristu bo mu Rwanda kimwe n’abayobozi babo biteze ko Noheli yabazanira ituze. Muri Zambiya, polisi yataye muri yombi abantu ishinja gushaka kuroga umukuru w’igihugu. Naho hano muri Amerika Perezida Joe Biden w’Amerika yagabanyije igihano ku banyururu 37 muri 40 bari barakatiwe urwo gupfa.
Dec 23, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Prezida wa Kongo, Félix Tshisekedi, yahinduye abayobozi bakomeye mu gisirikare. Guverinoma y'Amerika ishobora guhagarika imwe mu mirimo yayo kubera ko abagize inteko ishinga amategeko batabashije kumvikana ku ngengo y'imari. Abategetsi b'Amerika bari muri Siriya kubonana n'abayobozi bashasha.
Dec 20, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abantu bane bafite ubwenegihugu bw’Ubufaransa bari bamaze umwaka bafungiye muri Burukina Faso barekuwe. Amerika n’ibihugu by'abarabu barakora uko bashoboye ngo Isirayeli na Hamas bahagarike intambara. Vladimir Putin avuga ko yiteguye kumvikana na Trump ku cyatuma intambara yo muri Ukraine irangira.
Dec 19, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, umunyeshuri w'Umurundi wigaga ku ishuri ryisumbuye rya Saint Joseph i Kigali yakorewe urugomo mu Rwanda. Abantu 25 bapfuye, ubwo, ubwato bwari bupakiye barimo, bwiyubikaga mu ruzi muri Kongo rwagati. Impande zirwanira ubutegetsi muri Libiya, zasubiye mu biganiro mu gihugu cya Maroke.
Dec 18, 2024•30 min•Transcript available on Metacast