Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 02, 2025
Jan 02, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Komisiyo yigenga y’amatora mu Burundi yavanye ku rutonde rw'abemerewe kuziyamamaza ku mpenshi iza Depite Agathon Rwasa. Ibitero by'indege z’intambara za Isiraheri byahitanye abantu10, bikomeretsa abandi15 mu ntara ya Gaza. Ghana yakuriyeho viza Abanyafurika basura ico gihugu.