Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 30, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 30, 2024

Dec 30, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Muri Etiyopiya, abantu batari musi ya 71 bapfuye igihe ikamyo yari yuzuye abantu yagwa mu ruzi. Abanyamerika babandanya kwibuka Jimmy Carter yahoze ari Perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yitavye Imana ku myaka 100. Muri Kenya polisi yarashe imyuka ibabaza mu maso ku bari mu myirekano.