Inteko ishinga amategeko ya Amerika yatangiye imirimo yo kwemeza burundu Donald Trump nka prezida. Kamala Harris arayobora iyo mihango. Umushikiranganji wa mbere wa Canada yatangaje ko azotanga imihoho. Umuhungu wa Prezida wa Uganda yigamvye ko ashaka guca umutwe Bobi Wine, utavuga rumwe na Museveni
Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 06, 2025 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast