Inyuma y'imyaka 9 Gervais Rufyikiri yahoze ari icegera ca 2 c'umukuru w'igihugu mu Burundi ahunze, ari muri ico gihugu. Ingwano ikomeye hagati y’inteko za Reta ya Kongo n’abarwanyi ba M23, irabandanya. Muri iyi ndwi, imiryango irenga 2.000 y’abanyamozambike yahungiye muri Malawi
Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 27, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast