Prezida wa Reta zunze Ubumwe z'Amerika yatowe, Donald Trump, yavuze ko umuhango wo kurahira uzobera mu cumba c'iyo ngoro citwa Rotunda, kubera imbeho azoba ari nyinshi cane. ONU yavuze ko abantu bagera ku 237.000 bahunze kuva uyu mwaka wa 2025 utanguye muri Kongo.
Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 17, 2025 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast