Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 15, 2025
Jan 15, 2025•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Abasirikare barenga 50 b’Abarundi boba bamaze kurwa mu ngwano imaze iminsi ikaze hagati ya M23 na FARDC. Abababa 10 muri Tanzaniya ni bo bamaze kumenyekana ko bahitanywe na virusi ya Marburg. Prezida wa Koreya y’Epfo Yoon Suk Yeol yatawe muri yompi n'abashinzwe umutekano.