Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 09, 2025 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 09, 2025

Jan 09, 202530 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Umuhango wo gusezera bwa nyuma Prezida Jimmy Carter wabereye muri Katedrali y’igihugu I Washington DC. Prezida w'u Rwanda yiteze ko ubutegetsi bushya bwa Amerika buzazana impinduka muri Kongo. Perezida w'Uburundi yirukanye mu kazi kabo abategetsi 3 bo mu biro vyiwe, abagiriza guhemuka.