Abanyeshuri 10 bo muri Koleji ya Kristu Umwami y’i Nyanza mu Rwanda bitabiriye irushanwa mpuzamahanga mu vya robo ribera mu mujyi wa Houston muri Leta ya Texas muri Amerika. Mu Burundi, umunyamakuru Sandra Muhoza yaraye muri gereza nkuru ya Mpimba, i Bujumbura. Isiraheli yarashe muri Irani yihimura.
Apr 19, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda inzego z’ubutabera zigiye guteza cyamunara umutungo utimukanwa wo kwa Nyakwigendera Rwigara. Perezida Kagame aranengwa kuba yaritabiriye umukino w’ikipe Arsenal mu cyumweru cyahariwe kwibuka. Abanyagihugu batuye ku nkengero z'ikiyaga Tanganyika, bavuga kw’imyuzure babonye idasanzwe
Apr 18, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Imishyikirano hagati ya Isiraheli na Hamas yaberaga muri Katari ntacyo yatanze. Leta y’Uburundi yafashe icyemezo cyo kwimurira abantu bakozweho n’imyuzure ku misozi ya Mubimbi. Paul Rusesabagina ntataganzwa n'abadashima uko yabafashe kurokoka Jenoside muri 1994.
Apr 17, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, amwe mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike asaba Reta y’Uburundi gutangaza ko yatewe n’ikiza c’iduga ry’amazi ya Tanganyika. Guverinoma ya Etiyopiya n’abaterankunga mpuzamahanga bashakira hamwe uburyo bagoboka miliyoni zirenga 15 z’abaturage ba Etiyopiya bari mu kaga.
Apr 16, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, kiliziya gatolika iravuga ko itewe impungenge n’uko ishyaka CNDD-FDD na leta bananiwe gusangira ubutegetsi n’abo batavuga rumwe. Urubanza mpanabyaha rw’uwahoze ari perezida wa Leta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump rwatangiye uyu munsi i New York
Apr 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, Perezida Evariste Ndayishimiye yatangije ibikorwa byo kwigisha abaturage gukunda igihugu n’ibirebana n’amatora. Mu Rwanda, bamwe mu baturage baravuga ko kubana bigishoboka hagati y’abakoze jenoside n’abayirokotse. Amerika yatanze amadolari miliyoni 25 yo gufasha impunzi muri Uganda.
Apr 12, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, bamwe mu bakoze Jenoside n’abayirokotse basanga kongera ku bana bishoboka. Mu Burundi, abantu batatu bahitanywe n’imvura yaguye mu gisagara no mu ntara ya Bujumbura. Muri Cadi, Abanyagihugu imiliyoni 3.4 bakeneye imfashanyo vyihutirwa.
Apr 11, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abayisilamu boshoje igisibo gitagatifu cya Ramazani. Uburundi buravuga ko bugifite urugendo rurerure mu bijyanye no gutangaza amakuru ndetse n’ibikenewe mu gusakaza itumanaho rigezweho. Perezida wa Amerika yatangaje ko atumvikana na minisitiri w’intebe wa Isiraheli ku ntamara ibera mu ntara ya Gaza.
Apr 10, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, umupfasoni wa Sipiriyani Ntaryamira asaba ubutabera, ukuri, no gushumbushwa. Mu Burundi kandi, inteko ishinga amategeko yemeje umushinga w’itegeko ry'amatora ku majwi 98.3 kw’ijana. Turkiya yafatiye Isirayeri ibihano by’ubuhahirane kugera itanze agahenge mu ntambara yayo yo muri Gaza. .
Apr 09, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Prezida w'u Rwanda yanebaguye inyito Amerika iha jenoside yo mu Rwanda. Abantu bashika kuri 96 bahitanywe n’isanganya y’ubwato muri Mozambike. Ishirahamwe SADC ryatangaje ko abasirikare bayo bane biciwe muri Kongo. Prezida wa Zimbabwe yatangaje ko ata migambi afise yo kwitoreza manda ya gatatu.
Apr 08, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Rwanda: i Kigali habereye inama mpuzamahanga kuri jenoside. Burundi: Frodebu iribuka Perezida Ntaryamira Cyprien waguye mu ndege ari kumwe n’uwari perezida w’u Rwanda Minisitiri w’ububanyi n’amahanga wa Leta Zunze Ubumwe z’Amerika Antony Blinken arasabira Ukraine inkunga itubutse kurushaho
Apr 05, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, bamwe mu baturage barinubira ubuzima buhenze ku buryo n'abari bafite agashahara, batagishobora gutunga imiryango. Somaliya yirukanye Ambasaderi wa Etiyopiya ishinja kwivanga mu bibazo byayo. Ubutabera bwa USA busaba gufatira inzu y'umukobwa wa Prezida wa Kongo y’agaciro ka Miliyoni $7
Apr 04, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Kuvunshisha amafaranga y’Uburundi ushaka aya Tanzaniya bisigaye bigoranye cyane Abarwanyi bakorana n’intagondwa ziyitirira idini rya Isilamu bishe abantu barenga icumi mu burasirazuba bwa Kongo OTAN yaganiriye ku nkunga ya miliyoni 100 z’Amadolari y’inkunga ya Ukraine
Apr 03, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Ku ncuro ya mbere Kongo yaronse umushikiranganji wa mbere w’umugore Madamu Judith Suminwa Tuluka. Human Right Watch yasohoye urukurikirane rw’inyandiko zigaruka kuri Jenoside yo mu Rwanda nyuma y’imyaka 30 ibaye. Bassirou Diomaye Faye yarahiye nka prezida wa gatanu wa Senegali.
Apr 02, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Perezida Paul Kagame w’u Rwanda avuga ko u Rwanda rurambiwe kwikorezwa ibibazo cya Kongo. Abahanga muri Amerika barasaba abaturage kwirinda ibihuha bishobora kuvangira amatora. Isirayeri yatangaje ko ingabo zayo zavuye mu gice kirimo ibitaro byitwa Shifa.
Apr 01, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Urukiko rw’ubujurire mu Rwanda rwanze kwakira ikirego cy’umunyamakuru Dieudonne Niyonsenga RDC: Kongo abacuruzi biriwe bahagaritse imirimo yabo bamagana iyongezwa ry’imisoro ya leta ku bice 70 ku ijana. Ibitero vya Isirayeri vyahitanye abantu barenga 70 muri Gaza, Siriya na Libani
Mar 29, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi haraba rusansuma yo kumenya abanyamahanga baba mu gihugu.Muri Kongo, abantu batatu baraye biciwe mu mishamirano hagati y’abasirikare ba FARDC na Wazalendo. : Prezida aherutse gutorwa muri Senegal, Bassirou Diomaye Faye, yatangje ko agiye kurwaya ruswa no gusubira kwubaka inzego z'igihugu
Mar 28, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Umuryango wa Eric Nshimiye uheruka gufatirwa muri Leta ya Ohio akekwaho kubeshya no guhisha uruhare rwe muri jenoside uramagana ifungwa rye. Ubutegetsi bwaburiye abayoboke ba Agathon Rwasa ko bazafatwa bashyikirizwe ubutabera. VOA irafungura umurongo wa FM mushya mu burengerazuba bw'u Rwanda.
Mar 27, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amerika: Muri Leta ya Maryland ubwato bwagonze ikiraro cya Francis Scott Key Bridge Bridge mu mujyi wa Baltimore kirasenyuka Muri Haiti hakomeje kuba impagarara zishingiye ku bagomba kuzashyiraho perezida Ministri w’intebe wa Isirayeliyatangaje ko atazadohoka ku gutsemba umutwe wa Hamas
Mar 26, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Prezida w’u Rwanda arashinja uwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo guteranya inzego zo mu karere Abahanga baravuga iki ku igenwa rya Muhoozi Kainerugaba umuhungu wa Perezida Museveni kuba umugaba mukuru w’Ingabo za Uganda? Bassirou Diomaye w’imyaka 44 yatsinze amatora ya perezida muri Senegali
Mar 25, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Perezida wa Uganda Yoweri Kaguta Museveni yagenye umuhungu wiwe, Jenerali Muhoozi Kainerugaba kuba umukuru w’ingabo z’igihugu. ONU ihangayikishijwe n’ibiza birimwo Korera bibandanya kwiyongera muri Kongo Muri Nijeri, abasirikare b’igihugu 23 baguye mu gitero c’abajihadiste
Mar 22, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika, Antony Blinken, uyu munsi yari mu Misiri mu biganiro n'abategetsi b'icyo gihugu. Muri Hayiti amabandi yongeye kugaba ibitero mu murwa mukuru Port-au Prince.
Mar 21, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Burundi: Ikigo Maison Shalom cemeza ko Uburongozi bw'intara ya Cankuzo bwigaruriye amatongo n'amazu yaco Muri Sudani y’epfo, abarenga 10 bagandaguwe n’ abatamenyekanye Ubushinwa na Ostrariya vyateye intambwe ya mbere yo kunagura imigenderanire Uburusiya bwemeza ko bwatesheje ibitero vya Ukraine
Mar 20, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Tanzaniya abagore bo mu nkambi za Nduta na Nyarugusu bafite abagabo bafunze bavuga ko batemererwa kumenya amakuru yabo. Mu Burundi amwe mu magambo ya Prezida Ndayishimiye ntavugwaho rumwe. Prezida wa Ukraine yatangaje ko igihugu cye kigiye gushaka uburyo cyakongera ingufu mu kurwanya Uburusiya.
Mar 19, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abarundi bari indorerezi mu matora y’umukuru w’igihugu mu Burusiya bavuga ko yagenze neza.Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, guverima yasubukuye igihano cyo kwicwa. Ukraine yatangaje ko yashwanyurije mu kirere drone 17 kuri 22 Uburusiya bwarashe mu ntara 9 mu masaha ya kare yo kuri uyu wa mbere
Mar 18, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
Mar 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abaturage ba Teritware ya Fizi muri Kivu y'Epfo bahangayikishijwe n’amazi y’ikiyaga cya Tanganyika adasiba kwiyongera. Impunzi zo mu nkambi ya Nakivale muri Uganda nazo zifite ibibazo bikomeye by’imfashanyo z’ibiribwa n’imiti. Ukraine yarashe drone mu Burusiya, hafi y’umupaka, ihitana umuntu umwe.
Mar 14, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, sentare nkuru yanse guha Victoire Ingabire uburenganzira bwo kuba yakwiyamamaza mu matora ya prezida.Abakinyi ba Ekipe ya Dynamo yo mu Burundi bazotahuka ejo.Kenya yigije inyuma umugambi wayo wo kurungika abapolisi bayo muri Hayiti
Mar 13, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Ikipe ya Dynamo yari ihagarariye Uburundi mw’irushanwa rya Basketball Africa League yasezerewe. Mu Rwanda, urukiko rw’ubujurire i Kigali rwaburanishije urubanza rw’umunyamakuru Dieudonné Niyonsenga adahari. Indege z’intambara za Isiraheli zarashe muri Libani.
Mar 12, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abarwanyi ba M23 babandanya kwigarurira uduce dutandukanye twa teritware ya Rutshuru iri mu ntara ya Kivu ya ruguru. Mu Rwanda, umuyaga mwinshi waraye usenyuye amazu, wonona n’imirima y’abanyagihugu.
Mar 11, 2024•30 min•Transcript available on Metacast