Amakuru ku Mugoroba - Mata 11, 2024
Apr 11, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Mu Rwanda, bamwe mu bakoze Jenoside n’abayirokotse basanga kongera ku bana bishoboka. Mu Burundi, abantu batatu bahitanywe n’imvura yaguye mu gisagara no mu ntara ya Bujumbura. Muri Cadi, Abanyagihugu imiliyoni 3.4 bakeneye imfashanyo vyihutirwa.