Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 11, 2024
Mar 11, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Abarwanyi ba M23 babandanya kwigarurira uduce dutandukanye twa teritware ya Rutshuru iri mu ntara ya Kivu ya ruguru. Mu Rwanda, umuyaga mwinshi waraye usenyuye amazu, wonona n’imirima y’abanyagihugu.