Amakuru ku Mugoroba - Mata 09, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mata 09, 2024

Apr 09, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi, umupfasoni wa Sipiriyani Ntaryamira asaba ubutabera, ukuri, no gushumbushwa. Mu Burundi kandi, inteko ishinga amategeko yemeje umushinga w’itegeko ry'amatora ku majwi 98.3 kw’ijana. Turkiya yafatiye Isirayeri ibihano by’ubuhahirane kugera itanze agahenge mu ntambara yayo yo muri Gaza. .