Amakuru ku Mugoroba - Mata 02, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mata 02, 2024

Apr 02, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Ku ncuro ya mbere Kongo yaronse umushikiranganji wa mbere w’umugore Madamu Judith Suminwa Tuluka. Human Right Watch yasohoye urukurikirane rw’inyandiko zigaruka kuri Jenoside yo mu Rwanda nyuma y’imyaka 30 ibaye. Bassirou Diomaye Faye yarahiye nka prezida wa gatanu wa Senegali.