Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 22, 2024
Mar 22, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Perezida wa Uganda Yoweri Kaguta Museveni yagenye umuhungu wiwe, Jenerali Muhoozi Kainerugaba kuba umukuru w’ingabo z’igihugu.
ONU ihangayikishijwe n’ibiza birimwo Korera bibandanya kwiyongera muri Kongo
Muri Nijeri, abasirikare b’igihugu 23 baguye mu gitero c’abajihadiste