Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 28, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 28, 2024

Mar 28, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi haraba rusansuma yo kumenya abanyamahanga baba mu gihugu.Muri Kongo, abantu batatu baraye biciwe mu mishamirano hagati y’abasirikare ba FARDC na Wazalendo. : Prezida aherutse gutorwa muri Senegal, Bassirou Diomaye Faye, yatangje ko agiye kurwaya ruswa no gusubira kwubaka inzego z'igihugu