Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 18, 2024
Mar 18, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Abarundi bari indorerezi mu matora y’umukuru w’igihugu mu Burusiya bavuga ko yagenze neza.Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, guverima yasubukuye igihano cyo kwicwa. Ukraine yatangaje ko yashwanyurije mu kirere drone 17 kuri 22 Uburusiya bwarashe mu ntara 9 mu masaha ya kare yo kuri uyu wa mbere