Abanyamerika babarirwa muri miliyoni hafi 100 baratora perezida uzasimbura Joe Biden na bamwe mu bagize inteko ishinga amategeko bashya. Abakandida ku mwanya wa perezida na Visi Perezida Harris n’uwigeze kuba perezida Trump. Abanyamerika miliyoni 80 batoye mbere, kuko amategeko abiteganya.
Nov 05, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Leta zunze ubumwe z’Amerika, umunsi wa nyuma w’amatora ni ejo ku wa kabiri. Abazotora barenga barenga miliyoni 150. U Rwanda rugiye gutanga impusha ku mapikipiki atwara ingenzi akoresheje lisansi. Abahunze bava muri Leta ya El Gezira yo mu burasirazuba bwa Sudani bagiriza RSF urugomo.
Nov 04, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abatuye ku migabane yose y’isi bahanze amaso amatora yo muri Amerika. Abarundi n’Abanyarwanda na bo barayakurikira hafi.Muri Botswana, abaturage basezereye ku butegetsi ku buryo butunguranye ishyaka ryari ribufite kuva kuri independanse mu 1996.Naho muri Kenya, visi-perezida mushya yarahiye.
Nov 01, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi bwakuyeho viza ku bava mu bihugu bigize COMESA. Mu Rwanda, abacungagereza barenga 110 bavuga ko bahagaritswe mu kazi batamenyeshejwe igihe bazogasubirizwamwo. Abahitanywe n’imyuzure muri Esipanye baba 100. Urukiko rukuru muri Kenya rwakuyeho itegeko ryabuzaga visi perezida mushya kurahira.
Oct 31, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi na Kongo uno munsi vyatanguje umugambi wo korosha ubucuruzi njabukambibe. Akanama ka ONU kemeje umugambi wo kugara burundu ibiro vya ONU vyari bimaze imyaka irenga 10 bifasha Somaliya mu vya politike. Umugambwe BDP umaze imyaka 58 ku buetegetsi bwa Bostwana witeguriye kubugumana
Oct 30, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi abagore n’abana bakuwe mu vyabo n’ingaruka z'ihindagurika ry'ibihe babayeho nabi muri site Martyazo. Bamwe mu banyagihugu bo muri Kongo bifuza ko ingabo za MONUSCO zitaha. Koreya y’Epfo yavuze ko Koreya ya Ruguru niramuka ishyigikiye Uburusiya, ishobora kuzahita iha ibirwanisho Ukraine.
Oct 29, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, abacuruza ibiva mu mahanga barasaba umuryango COMESA gukuraho inzitizi zibagamira ubuhahirane. Imvururu zakurikiye amatora muri Mozambike zibasiye n’impunzi z’Abanyarwanda batuye muri icyo gihugu. Abarwanyi b'umutwe wa Rapid Support Force, RSF, bishe abasivili barenga 120 muri Sudani.
Oct 28, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi bakomeje igikorwa cyo kwandika abazatora mu matora y’ababadepite n’abajyanama b’amakomine Uganda: Urukiko rwahanishije Thomas Kwoyelo wabaye mu nyeshyamba za LRA gufungwa imyaka 40. Uburusiya bwagabye ibitero ku murwa mukuru wa Ukraine bukoresheje drone
Oct 25, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi amazi y’ikiyaga cya Tanganyika n’uruzi rwa Rusizi yarenze inkombe abangamiye ubuzima bw’abantu babyegereye. Mozambike: Daniel Chapo w’ishyaka Frelimo yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu. Burkina Faso: Abarwanyi ba kisilamu baba bakoresha rwihishwa ibice by’amajyaruguru ya Gana.
Oct 24, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo, M23 imaze gufata uduce twose dukora kuri teritware za Masisi, Rutshuru na Walikale mu ntara ya Kivu ya Ruguru. ONU irashobora kurekura Umunyarwanda Kabuga Felisiyani yagirizwa ivyaha vya jenoside. Hamas yarungitse mu Burusiya intumwa kuganira ku buryo intambara yo muri Gaza yohera.
Oct 23, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, umurwi ujejwe gusubiza mu buzima busanzwe abahoze ku rugamba wasubije mu zabo 62 mu bahora barwanira muri Kongo. Muri Uganda 16 batavuga rumwe na reta bagiriwe n'ivyaha vyo guhemukira igihugu. Isirayeri yataye muri yompi abanyagihugu 7 bagirizwa umugambi wo kugandagura indongozi.
Oct 22, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi bwibutse imyaka 31 Melchior Ndadaye wayoboye icyo gihugu yishwe. Polisi muri Mozambike yahanganye n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi bari mu myigaragambyo yo kwamagana ibyavuye mu matora. Intumwa ya Amerika yari i Beyiruti, mu murwa mukuru wa Libani mu biganiro n'abategetsi b'icyo gihugu
Oct 21, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Sentare yubahirizwa ibwirizwa nshingiro ya Kenya, yategetse ko igenwa rya Kithure Kindiki mu mwanya wa visi prezida riba rirahagaze. Mu Burundi hagize imisi hibonekeza abakobwa bajanwe muri Tanzaniya kurongorwa ku nguvu. Umutwe wa Hamas yemeje ko umuyobozi wawo, Yahya Sinwar yagandaguwe.
Oct 18, 2024•30 min•Transcript available on Metacast RDC: Goma abagizi ba nabi bamaze kwica abantu 12 mu cyumweru kimwe Visi perezida wa Kenya, Rigathi Gachagua ari mu bitaro Ingabo za Isirayeli zavuze ko zishe umuyobozi wo mu mutwe wa Hezbollah mu majyepfo ya Libani.
Oct 17, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Nijeriya abantu 147 baguye mu mpanuka y’ikamyo yari itwaye peteroli. Perezida Kagame w'u Rwanda arasaba Abanyarwanda kwirinda ‘umwiryane’. Byari mu mihano yo gusezera kuri Koloneli Karemera. Sena ya Kenya irasuzuma niba Visi Perezida Rigathi Gachagua agomba kwirukanwea ku mwanya we.
Oct 16, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda umunyamategeko Mathias Matimbano yarazimiye Uburundi bufite ikibazo cy’abana bajya gucuruzwa muri Tanzaniya Sena ya Kenya izaterana ejoyige niba Visi-Perezida Rigathi Gachagua agomba kwirukanwa ku mwanya we
Oct 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu mujyi wa Uvira gutwara moto byatumye urubyiruko rudashukwa kujya mu mitwe y’abarwanyi. Inzego z’ubutasi z’Ubudage zitangaza ko Uburusiya bushobora kuzaba bufite ingufu zo gutera OTAN mu mwaka wa 2030. Koreya ya Ruguru yaba yoherereza Uburusiya abasirikare ba yo bo kujya kurwana muri Ukraine.
Oct 14, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi bwashizeho umurwi wiga ingene igiciro c'isukari kigabanuka. OMS na Africa CDC basaba isi kudashiraho amategeko akumira uruja n’uruza rw’abava muri Afrika muri ibi bihe vya virusi ya Marburg n’ibihara vy'inkende. Ukraine yizera ko intambara irimwo n'Uburusiy a izorangira mu 2025.
Oct 11, 2024•29 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo, ibiziga 30 vy'abari mu bwato buheruka kwibirira mu kiyaga ca Kivu bashinguranywe iteka. Abantu bane ni bo bamaze kumenyekana ko bahitanywe n’igihuhusi Milton mu bumanuko bwa Amerika. Isirayeri yigamvye ko yishe izindi ndongozi zibiri z’umurwi wa Hezbollah wo muri Libani.
Oct 10, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amerika: Mu masaha ari imbere leta ya Florida iraterwa na serwakira ikomeye yahawe izina ‘Milton’ RDC: Abarimu bo mu munyi wa Uvira mu ntara ya kivu y’Epfo bigaragambije basaba kongererwa imishahara. Leta ya Burkina Faso yabujije ku buryo bw’agateganyo ijwi ry’Amerika gukorera mu gihugu
Oct 09, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo, abaturage b'umujyi wa Goma bahangayikishijwe n’umwanda w’amazi y’ikiyaga cya Kivu. Mu Rwanda umunyapolitiki Abdul Rashid Hakuzimana yakatiwe gufungwa imyaka irindwi Perezida w’Amerika, Joe Biden, yasubitse uruzinduko yagombaga kugirira mu Budage no muri Angola.
Oct 08, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda polisi yarashe umwana w'imyaka 13 arapfa muri Rubavu. Mu Burasirazuba bwo hagati y’isi, imitwe ya Hezbollah na Hamas yarashe urubura rw’ibisasu muri Isiraheli. Uganda itakaza amamiriyaridi yababa abiri n’inusu mu madorari ya Amerika, ku mwaka kubera ibiturire “bizingamitse ico gihugu.”
Oct 07, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Sosiyete ikora imiti yo muri Leta zunze ubumwe z’Amerika yitwa Gilead Sciences igiye guha u Rwanda umuti wo kuvura virusi ya Marburg.Abarezi bo mu Burundi bazizihiza umunsi mpuzamahanga wa mwalimu.Muri Nijeriya, icyorezo cya kolera cyibasiye leta ya Borno, mu majyaruguru y'uburasirazuba bw’igihugu.
Oct 04, 2024•30 min•Transcript available on Metacast RDC: Ubwato bwari butwaye abantu barenga 400 bwarohamye hafi y’i Goma. Abantu 52 barokotse abandi baracyashakishwa. Perezida Macron w’Ubufaransa arashaka guhuza Perezida Kagame w’u Rwanda na Tshisekedi wa Kongo. Isirayeli yangiye Umunyamabanga Mukuru wa ONU gukandagiza ikirenge ku butaka bwayo.
Oct 03, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Burundi: Abadepite bagiriza indongozi z’amakomine gusahura ubutunzi bw’igihugu. Muri Nijeriya, abana n’abagore barenga 100 boba bahitanywe n’insanganya y’ubwato bwibiye ejo ku wa kabiri. Perezida w'u Rwanda yatangije urwibutso rwa jenoside mu gihugu cya Latvia.
Oct 02, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
Oct 01, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abaturage bahoze batuye mu Kirwa cya Bushongo baravuga ko ubutegetsi bubima uburenganzira bwo kugurisha ubutaka bahoze batuyeho.Mu Rwanda kandi abandi bantu babiri bahitanywe n’indwara ya virusi ya Marburg.Mu Burundi hadutse indwara yumishiriza imbuto mu mirima
Sep 30, 2024•30 min•Transcript available on Metacast U Rwanda rumaze gutangaza mu ko rwatewe n'indwara y'umuriro mwinshi ituruka kuri virusi yitwa Marburg.Turavuga no ku myigire n’imyigishirize ahitwa Kirwabatutsi muri Burera. Muri Sudani, intambara yongeye kwaduka ku murwa mukuru, Khartoum, mu gihe ibiharuro vy’abandura kolera biriko biraduga cane.
Sep 27, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Leta ya Tanzaniya yahevye umugambi wayo wo kwirukana impunzi z'Abarundi zidashaka gutaha. Manda y’inzego z’umutekano za Kenya muri Hayiti izoherana n'ukwezi kwa mbere ko mu mwaka uza. Isirayeri ivuga ko itazohagarika ingwano ku mupaka ihana na Libani.
Sep 26, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Ikibazo cy’umutekano muke mu burasirazuba bwa Kongo cyaganiriweho mu nama rusange ya ONU Omar al-Bashir wahoze are perezida wa Sudani yajyanywe mu Bitaro Libani irarega Isirayeli ko indege z’intambara zayo zahitanye abantu 51
Sep 25, 2024•30 min•Transcript available on Metacast