Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 22, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 22, 2024

Oct 22, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Rwanda, umurwi ujejwe gusubiza mu buzima busanzwe abahoze ku rugamba wasubije mu zabo 62 mu bahora barwanira muri Kongo. Muri Uganda 16 batavuga rumwe na reta bagiriwe n'ivyaha vyo guhemukira igihugu. Isirayeri yataye muri yompi abanyagihugu 7 bagirizwa umugambi wo kugandagura indongozi.