Uburundi bwakuyeho viza ku bava mu bihugu bigize COMESA. Mu Rwanda, abacungagereza barenga 110 bavuga ko bahagaritswe mu kazi batamenyeshejwe igihe bazogasubirizwamwo. Abahitanywe n’imyuzure muri Esipanye baba 100. Urukiko rukuru muri Kenya rwakuyeho itegeko ryabuzaga visi perezida mushya kurahira.
Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 31, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast