Sentare yubahirizwa ibwirizwa nshingiro ya Kenya, yategetse ko igenwa rya Kithure Kindiki mu mwanya wa visi prezida riba rirahagaze. Mu Burundi hagize imisi hibonekeza abakobwa bajanwe muri Tanzaniya kurongorwa ku nguvu. Umutwe wa Hamas yemeje ko umuyobozi wawo, Yahya Sinwar yagandaguwe.
Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 18, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast