Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 02, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 02, 2024

Oct 02, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Burundi: Abadepite bagiriza indongozi z’amakomine gusahura ubutunzi bw’igihugu. Muri Nijeriya, abana n’abagore barenga 100 boba bahitanywe n’insanganya y’ubwato bwibiye ejo ku wa kabiri. Perezida w'u Rwanda yatangije urwibutso rwa jenoside mu gihugu cya Latvia.