Leta ya Tanzaniya yahevye umugambi wayo wo kwirukana impunzi z'Abarundi zidashaka gutaha. Manda y’inzego z’umutekano za Kenya muri Hayiti izoherana n'ukwezi kwa mbere ko mu mwaka uza. Isirayeri ivuga ko itazohagarika ingwano ku mupaka ihana na Libani.
Amakuru ku Mugoroba - Nzeli 26, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast