Amakuru ku Mugoroba - Ukwakira 07, 2024
Oct 07, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Mu Rwanda polisi yarashe umwana w'imyaka 13 arapfa muri Rubavu. Mu Burasirazuba bwo hagati y’isi, imitwe ya Hezbollah na Hamas yarashe urubura rw’ibisasu muri Isiraheli. Uganda itakaza amamiriyaridi yababa abiri n’inusu mu madorari ya Amerika, ku mwaka kubera ibiturire “bizingamitse ico gihugu.”