Umugambwe w’abademokrate waraye usozereye inama yawo rukokoma mu gisagara ca Chicago muri reta ya Illinois. Ikigega mpuzamakungu citaho abana, UNICEF, gihangayikishijwe n’umuvuduko w’ubwandu bw’ibihara vy’inkende muri Afurika. Sudani yasubiye guterwa na Korera
Aug 23, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Tim Walz yemeye ku mugaragaro guhagararira ishyaka rye ry’abademokarate nka kandida visi perezida.Mu karere ka Kamonyi, abahinzi baratabaza kubera rwiyemezamirimo watwaye umusaruro wabo ntabishyure.Umubare w'abaguye mu mpanuka y’ubwato muri Kongo ugeze kuri 29
Aug 22, 2024•30 min•Transcript available on Metacast U Rwanda rwatangiye gusenya insegero zitujuje ibyangombwa bahereye mu ntara y'Amajyaruguru. Barack Obama avuga ko Kamala Harris ari we ubereye kuyobora Amerika muri iki gihe.Muri Kenya abapolisi batanu bagejejwe mu rukiko baregwa gufasha umwicanyi ruharwa n’abandi 12 gutoroka kasho ya polisi.
Aug 21, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Inama rukokoma, Convention, y’ishyaka ry’Abademokarate iteraniye mu mujyi wa Chicago.Leta ya Uganda iratangaza ko yasenyaguye ikigo cya gisirikare cya nyuma cya LRA muri Centrafrika.Muri Kenya, umwicanyi ruharwa yatorotse kasho ya polisi yari afungiyemo
Aug 20, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Inama rukokoma y’ishyaka ry’abademokarate izemeza visi perezida w’Amerika Kamala Harris ku mwanya w’umukandida w'iryo shyaka mu itora rya perezida iratangira. Urugaga ruharanira inyungu z’abakozi bo mu masosiyete y’indege muri Kenya, rwasubitseho ibyumweru bibiri imyigagambyo
Aug 19, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Umunyamakuru Floriane Irangabiye yarekuwe ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu nyuma y'imyaka ibiri afunzwe. Leta ya Kongo itangaza ko ubushita bw'inkende bukwirakwira mu ntara z'igihugu ku buryo bwihuse. Muri Kenya ku wa mbere hazatangira imyigaragambyo y’abakora mu by’ingendo z’indege.
Aug 16, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, ikena ry’umuyagankuba rimaze gusubiza inyuma iterambere ry’abanyagihugu. Muri Kongo abantu 80 bo mu gisagara ca Goma bicishijwe imbunda mu kiringo c’ukwezi kumwe gusa. I Doha ku murwa mukuru wa Katari hariko habera ibiganiro ku ntambara ya Isirayeri na Hama
Aug 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Perezida Paul Kagame w'u Rwanda yarahije Ministiri w'Intebe Edouard Ngirente n'abagize inteko ishinga amategeko. Abahinzi b'umuceri bo mu Bugarama, mu karere ka Rusizi bahombejwe no kubona aho bawugurisha. Turavuga no ku kibazo cy'imihanda mu ntara ya Cankuzo, kizitira iterambere ry'abahatuye.
Aug 14, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abarokotse ubwicanyi bumaze imyaka 20 buhitanye abantu 166 mu Gatumba mu Burundi basaba ubutabera mpuzamahanga gukurikirana abakekwaho icyo cyaha. Ubutegetsi bwa Tanzaniya bwarekuye abayobozi b’ishyaka rya Chadema ritavuga rumwe n’ubutegetsi.
Aug 13, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi imirimo yose yari yahagaze i Bujumbura. Abakozi bose bari mu kazi ko gusukura umujyi. Muri Tanzaniya, polisi yataye muri yombi umukuru w’ishyaka Chadema ritavuga rumwe n’ubutegetsi, Tundu Lissu, na bagenzi be. Ubudage, Ubufaransa, n'Ubwongereza barasaba agahenge mu ntambara yo muri Gaza
Aug 12, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakungu yahimbaje umunsi wahariwe abasangwabutaka. Bamwe mu bo mu Rwanda bavuga ko bahohoterwa n'ikibano. Kongo yaciriye igihano co gupfa 25 barimwo indongozi za M23. Microsoft yagiriza Irani kwivanga mu matora ya Amerika.
Aug 09, 2024•30 min•Transcript available on Metacast ONU yahaye uburenganzira ingabo zayo MONUSCO gutera inkunga abasirikare ba SADC mu burasirazuba bwa Kongo Abanyekongo bahungiye mu Rwanda bibutse bagenzi babo bishwe mu ntambara zo muri Republika ya Demokarasi ya Kongo Kenya: polisi yarashe ibyuka biryana mu maso mu barurage bigaragambyaga i Nairobi
Aug 08, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi buhamagarira impunzi zose zahungiye muri Tanzaniya gutahuka. Perezida wa Kongo Tshisekedi, yagiriza uwo yasubiriye Kabila gutegura ibikorwa vyo kwigomeka ku butegetsi. Nijeriya yataye muri yombi abanyagihugu ba Polonye 7 bariko bakora imyiyerekano bafise amabendera y'igihugu c'Uburusiya.
Aug 07, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abagize ihuriro ry’abanyeshuri biga muri za Kaminuza muri Kongo barasaba leta guhagurukira ikibazo cy'umutekano. Muri Amerika Kamala Harris yatangaje uzamubera kandida visi prezida. Turagaruka no ku ndwara zo mu mutwe ziviramo abagabo benshi kwiyahura kurusha abagore.
Aug 06, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo, amasezerano yo guhagarika ingwano ntiyubahirijwe. Abarundi baba muri Zambiya basaba ko umutekano wabo ukingirwa. Amerika yatahukanye abasirikare bayo bose bari basigaye muri Nijeri.
Aug 05, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Kongo yibutse ubwicanyi bumaze imyaka mirongo bubera mu burasirazuba. Uwari umuyobozi mukuru wa Hamasi Ismail Haniyeh wiciwe muri Irani, yashyinguwe kuri uyu wa gatanu muri Katari. Muri Nijeriya abapolisi basabwe kuryamira amajanja kandi igisirikare gishobora gusabwa kufasha guhosha imyigaragambyo.
Aug 02, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Guverinoma y’u Rwanda irimo gufunga insengero, ivuga ko zitujuje ibyangombwa. Muri Nijeriya, imyigaragambyo yo kwamagana ubuzima buhenze yabaye koko nk’uko yari iteganyijwe. Mu Buhinde, icyizere cyo kubona abantu 180 baburiwe irengero mu nkangu kirimo kirazimira.
Aug 01, 2024•30 min•Transcript available on Metacast U Rwanda na Kongo vyumvikanye ko ingwano ihagarara mu burasirazuba bwa Kongo guhera ku itariki ya 4 y’ukwezi kwa munani. Umukuru w’umutwe wa Hamas yiciwe i Teherani muri Irani. Nijeriya yiteguriye imyiyerekano ikaze y'ejo ku wa gatatu.
Jul 31, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi bugiye gukora rusansuma rw’abanyagihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi guhera ku wa 16 z’ukwezi kuza kwa munani.Igipolisi ya Uganda gitangaza ko catoye uduhanga tw’abantu cumi n’indwi mu kibanza bikekwa ko gisengegwamwo ibigirwamana.Amerika isaba Isirayeri na Libani kuja mu biganiro.
Jul 30, 2024•30 min•Transcript available on Metacast U Rwanda rwatangaje ko rwatewe n’ikiza c'indwara y'ibihara vy'inkende. Burundi: Imwe mu migambwe yemeza ko CNDD-FDD, ari wo wiganziye umurwi ujejwe gutegura amatora ku rwego rw’intara CEPI Amerika: Perezida Joe Biden ashaka ko abashingamateka bemeza amategeko agabanya ubudahangarwa rw’abaprezida
Jul 29, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi bwatangaje ko bwatewe n'ikiza c'ingwara y'ibihara vy'inkende. I Kigali mu Rwanda hatanguye inama mpuzamakungu ku mahoro. Prezida wa Nijeriya n'ingabo z'ico gihugu bagabisha abohirahira bagakora imyiyerekano nk'iyo muri Kenya. Imikino ya Olempike yatanguye mu Bufaransa
Jul 26, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
Jul 25, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Mu karere ka Rubavu mu ntara y’u Burengerazuba bw’u Rwanda, Leta yatanguye gusenyura amazu y’abanyagihugu hakurikijwe igishushanyo mbonera co mu 2020-2050. Muri Kenya, abamenyeshamakuru bifatanyije n’abari mu myiyerekano. Umuyobozi w'umutwe urwanya ubutegetsi wa RSF azokwitaba ibiganiro kuri Sudani.
Jul 24, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Inzego z’umutekano muri Uganda zagerageje kuburizamwo imyiyerekano y’isinzi ry’urwaruka rwiyamiriza ibiturire. Muri Kenya absahigikiye Prezida William Ruto n'abatamushigikiye batanye mu mitwe. Uwujejwe urwego rukingira abategetsi bakuru ba Amerika yeguye.
Jul 23, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Kamala Harris ashima "ubutwari bwa Prezida Joe Biden" yatangaje ko atazahatanira indi manda. Mu karere ka Rubavu mu Rwanda Leta yatangiye gusenya amazu y’abaturage hakurikijwe igishushanyo mbonera cya 2020-2050.
Jul 22, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Donald Trump wigeze kuyobora Amerika yaraye yemeye kuzahagararira ishyaka ry’abarepubulikani mu matora yo mu kwa 11. Prezida William Ruto yashyizeho bamwe mu baministiri bashya nyuma. Kongo Yahagaritse Ibikorwa Vyose vyo Gucukura Amabuye y'Agaciro n'Ubutare muri Kivu y'Epfo
Jul 19, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Uburundi na Repuburika ya Demukarasi ya Kongo ntacyo bavuze ku ntsinzi ya Perezida Kagame n’ishyaka FPR mu matora aheruka. Amerika yishimiye ko Kongo n’umutwe wa M23 bongereye iminsi 15 yo guhagarika intambara. Umuryango w’Ubumwe bw’Uburayi watangiye inama iganira uburyo bwo gushyigikira Ukraine.
Jul 18, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.
Jul 17, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Ibisigarira vy’Umuhisi Petero Buyoya yahoze ari prezida w’Uburundi vyatahukanywe mu gihugu c’amavukiro yiwe. Isirayeri ibandanya kugaba ibitero mu bice bitandukanye vy’intara ya Gaza. Abatavuga rumwe na reta ya Kenya basubiriye mu myiyerekano yo gusaba Prezida William Ruto kuva ku butegetsi
Jul 16, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abanyarwanda bagera kuri miliyoni icenda kuri uyu wa mbere bazindukiye mu matora y’umukuru w’igihugu n’ay’abadepite. Igipolisi ca Kenya cafashe umwicanyi karuhariwe yemeye kuba ari we aherutse kwica abakenyezi 42.
Jul 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast