Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 15, 2024
Jul 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Abanyarwanda bagera kuri miliyoni icenda kuri uyu wa mbere bazindukiye mu matora y’umukuru w’igihugu n’ay’abadepite. Igipolisi ca Kenya cafashe umwicanyi karuhariwe yemeye kuba ari we aherutse kwica abakenyezi 42.