Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 30, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 30, 2024

Jul 30, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Uburundi bugiye gukora rusansuma rw’abanyagihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi guhera ku wa 16 z’ukwezi kuza kwa munani.Igipolisi ya Uganda gitangaza ko catoye uduhanga tw’abantu cumi n’indwi mu kibanza bikekwa ko gisengegwamwo ibigirwamana.Amerika isaba Isirayeri na Libani kuja mu biganiro.