Amakuru ku Mugoroba - Kanama 14, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Kanama 14, 2024

Aug 14, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Perezida Paul Kagame w'u Rwanda yarahije Ministiri w'Intebe Edouard Ngirente n'abagize inteko ishinga amategeko. Abahinzi b'umuceri bo mu Bugarama, mu karere ka Rusizi bahombejwe no kubona aho bawugurisha. Turavuga no ku kibazo cy'imihanda mu ntara ya Cankuzo, kizitira iterambere ry'abahatuye.