Amakuru ku Mugoroba - Kanama 09, 2024
Aug 09, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Amakungu yahimbaje umunsi wahariwe abasangwabutaka. Bamwe mu bo mu Rwanda bavuga ko bahohoterwa n'ikibano. Kongo yaciriye igihano co gupfa 25 barimwo indongozi za M23. Microsoft yagiriza Irani kwivanga mu matora ya Amerika.