Amakuru ku Mugoroba   - Nyakanga 26, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 26, 2024

Jul 26, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Uburundi bwatangaje ko bwatewe n'ikiza c'ingwara y'ibihara vy'inkende. I Kigali mu Rwanda hatanguye inama mpuzamakungu ku mahoro. Prezida wa Nijeriya n'ingabo z'ico gihugu bagabisha abohirahira bagakora imyiyerekano nk'iyo muri Kenya. Imikino ya Olempike yatanguye mu Bufaransa