Mu Burayi hari imfu z’agasorosoro z'Abarundi bahaba bahahungiye. Urunani rwitwa “Alliance Fleuve Congo”, rw’Abatavuga rumwe na Reta rwavukiye i Nairobi muri Kenya. Charles McGonigal, yahora atwara ibiro vy’inyamiramabi muri Amerika FBI, yakatiwe umunyororo w’amezi 50.
Dec 15, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Burundi: Urwego rw'igihugu rushinzwe kurwanya no gukumira jenoside rusaba Leta kwemeza ko ubwicanyi bwo mu 1972 ari ihonyabwoko Kongo: Abakandida depite ntibabashije kujya kwiyamamariza mu bice bimwe bya teritware za Kivu y’epfo Prezida w'Uburusiya avuga ko adatezuka ntego yari afite atera Ukraine
Dec 14, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, Karasira Aimable yikuye mu rubanza ashinjwamo gupfobya jenoside. Polisi y'u Rwanda itangaza ko umutekano wa Victoire Ingabire Umuhoza udahungabanye, nyuma y'amakuru yacicikanye ku mbuga mpuzambaga ko abashnzwe umutekano baba bakikije urugo rwe.
Dec 13, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo abaturage muri Masisi na Rutshuru bakomeje kwibaza uburyo bazahagararirwa mu myanya ya politiki kandi nta matora ahateganyijwe ubu.Mu Rwanda amatora yashyiwe ku itariki ya 14 na 15 y’ukwa karindwi 2024. Perezida wa Ukraine Zelenskyy yagiranye ibiganiro na Perezida Biden i Washington.
Dec 12, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ubutumwa b’ingabo z’amahoro za ONU muri Mali, bwarangiye ku mugaragaro uyu munsi kuwa mbere. Prezida wa Amerika yatumiye Perezida wa Ukraine ngo bazabonanire kuri perezidansi y’Amerika. Abanyamisiri bakomeje gutora uyu munsi kuwa mbere.
Dec 11, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ubwongereza bwahaye u Rwanda andi mapawundi miliyoni ijana kugirango ruzakire abimukira. Iki kibazo cyateje impaka z'urudaca mu Bwongereza. Muri Kongo ubushita bukomoka ku nkende buriyongera. Roketi zarashwe kuri Ambasade y'Amerika i Baghdad, umurwa mukuru wa Iraki, kuri uyu wa gatanu.
Dec 08, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo agace ka Mushaki kaba kamaze kwigarurirwa na M23 kuva mu masaha y’igicamunsi cyo kuri uyu wa kane. Esipanye yirukanye mu ibanga abadipolomate babiri b'Abanyamerika: ibarega ibikorwa byo kuyineka. Ingwano ikomeye hagati ya Israyeri na Hamas yabandanije mu bisagara bikomeye vyo muri Gaza
Dec 07, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Amerika: Urukiko ruraburanisha urubanza rutambamira Trump kwandikwa ku rutonde rw’abazatorwa ku mwanya wa perezida ONU yasabye iperereza ku gitero cy’indege y’igisirikare cya Nijeriya cyahitanye abaturage 85 Umuryango wa G5-Sahel, washyiriweho kurwanya abajihadiste muri Sahel ugiye guseswa.
Dec 06, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ubwongereza n'u Rwanda byasinye amasezerano y'abimukira i Kigali. Ikoranabuhanga ryarafashije kwakira amatagisi mu Burundi. Mu bumanuko bw'intara ya Gaza, abagiraneza batabariza ababuze inzira bacamwo mu guhunga. Prezida wa Guinee-Bissau yasheshe inama nshingamateka.
Dec 05, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ingabo za EAC zatangiye kuva mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo. Muri Tanzaniya, abantu hafi 50 bahitanywe n’imyuzure y’imvura nyinshi. OMS irategura inama yihutirwa ku kibazo cy’ubuzima mu ntara ya Gaza yo muri Palestina.
Dec 04, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ubwongereza bugiye gushyiraho itegekoi ryo kohereza abasaba ubuhungiro mu Rwanda Muri Gineya Bisawo, urusaku rw’amasasu hagati y’abasirikare bashinzwe umutekano, Mu ntara ya Gaza, imirwano nanone yakomeje uyu munsi, hagati ya Israheri n'umutwe wa Hamas.
Dec 01, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo, kandida prezida Martin Fayulu yiyamamarije mu mujyi wa Goma. Urukiko rwategetse Trump guhagarika gusebya abakozi barwo.Umushumba wa Kiliziya Gatorika y'isi yose, Papa Fransisko, yatangaje ko arwaye "bronchite" ikomeye
Nov 30, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Burundi: Ubutabera bwahamije abantu batanu icyaha cyo gufata ku ngufu abana b'abakobwa. Rwanda: Beatrice Munyenyezi, uburana ibyaha bya jenoside, arasaba urukiko kwanga ibimenyetso bimwe na bimwe by’ubushinjacyaha. RDC: Abana benshi bahoze mu mitwe yitwaje intwaro barimo kuyisubiramo.
Nov 29, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ku ncuro ya mbere, Tanzaniya yavugiye ku mugaragaro ko impunzi z'Abarundi zishobora gutakaza uburenganzira bwo kwitwa impunzi ku gataka k’ico gihugu. Muri Sierra Leone, abasirikare13 batawe muri yompi bagirizwa guhakwa guhirika ubutegetsi. OTAN irarimbura imfashanyo ya Ukraine y'igihe kirekire.
Nov 28, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Abagize Inteko ishinga amategeko y’umuryango w’Afurika y’iburasirazuba bateraniye mu Rwanda . Isirayeli na Hamas bemeye kongera iminsi ibiri ku masezerano y’agahenge. Muri Sierra Leone amabarabara yasa n'ayagaragara mu gitondo co kuri uyu wa mbere.
Nov 27, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Burundi, abacuruzi bato bato ntibemerewe gukorera mu nkengero z’ahahoze isoko rikuru rya Bujumbura. Ntabwo babyishimiye. Abakuru b’Ibihugu bya EAC bemereye Somaliya kuba umunyamuryango wa munani. Naho Finlande yafunze imipaka yayo n’Uburusiya kubera ikibazo cy’abimukira batagira ibya ngombwa.
Nov 24, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, Banki Nkuru y’Igihugu yagumishijeho inyungu fatizo yayo yanga ko ibiciro bizamuka Prezida wa Kenya, William Ruto, yatangaje ko igihugu ciwe citeguriye gushira mu minwe y'abikorera ku giti cabo amashirahamwe 35 ya reta Amasezerano hagati ya Isirayeli na Hamas ashobora gutinda
Nov 23, 2023•30 min•Transcript available on Metacast RDC: Abarwanyi ba M23 barimo barasatira umudugudu wa Sake, muri teritwari ya Masisi. Abategetsi b'ibihugu byo kw'isi barashima amasezerano hagati ya Israeli na Hamas Congo-Brazzaville, leta yashyizeho umunsi w’icyunamo wo kuzirikana abapfuye biyandikisha mu gisirikare
Nov 22, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Umuyobozi w’ibiro bishinzwe guhuza ibikorwa by’inzego z’ubutasi muri Amerika, Avril Haines, avuye mu rugendo mu Rwanda no muri Kongo. Amasezerano yo kurekura abagizwe imbohe na Hamas muri Gaza ari hafi kugerwaho. PAM izohagarika imfashanyo y’abarenga ku muriyoni barimwo impunzi muri Cadi.
Nov 21, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu Rwanda, Gare abagenzi bategeramo imodoka yatwitswe n’inkongi y’umuriro. Muri Kongo babiri mu biyamamariza amatora ya perezida babihagaritse bashyigikira Moise Katumbi Isirayeli n’abarwanyi ba Hamas bahanganiye hafi y'ibitaro biri mu majyaruguru bw'intara ya Gaza.
Nov 20, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Prezida Evariste Ndayishimiye w’Uburundi aremeza ko igihugu cyugarijwe n’ikibazo cy’ibura ry’Amafranga Rwanda: Umunyamakuru Theogene Manirakiza ukurikiranyweho gukangisha gusebanya yafunguwe by’agateganyo ONU iravuga ko abasivili mu ntara ya Gaza, bashobora guhura n’inzara bidatinze
Nov 17, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo bamwe mu banyapolitike biyamamaza batangiye kubiba urwango mu baturage. Mu byumweru bibiri bishize, umutwe w'abarwanyi wa M23 waba umaze kwica abasirikare b'Abarundi barenga 10. Abadepite ba Kenya batoreye kohereza ingabo muri Hayiti gufasha iki gihugu kurwanya abanyarugomo
Nov 16, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Perezida Joe Biden w’Amerika na Xi Jinping w’Ubushinwa barahurira mu mujyi wa San Francisco Leta ya California. Abasirikare ba Isirayeri binjiye mu bitaro bya Al Shifa mu ntara ya Gaza bashakisha abarwanyi ba Hamas. Leta y’Ubwongereza yatsinzwe urubanza rwo kohereza abimukira mu Rwanda.
Nov 15, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Kongo: Abanyamulenge barasaba leta guta muri yombi abishe Lieutenat Gisore Patrick Umushinjacyaha wa ONU, yahamije urupfu rwa Aloys Ndimbati washikishwaga n’ubutabera ku byaha bya jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994. OMS yarishe amadolari 250 buri muntu wafashwe kunguvu n’abakozi bayo muri Kongo
Nov 14, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo, abanyeshuli 400 bo muri za kaminuza zo mu mujyi wa Goma bagiye I Kisangani gutangira imyitozo ya gisirikare yo kwitegura kujya ku rugamba. Suella Braverman wari minisitiri w’ubutegetsi bw’igihugu mu Bwongereza yakuwe ku mwanya we. Intagondwa z’umutwe wa ADF muri Kongo zishe abantu 19.
Nov 13, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Mu karere ka Karongi mu Rwanda hari abaturage bataka inzara itadohora. Muri Musanze ho banywa amazi ya Mukungwa. Ba minisitiri b’ububanyi n’amahanga n’ab’ingabo, b’Amerika n’Ubuhinde, bahuriye mu biganiro n’i New Delhi. ONU ihangayikishijwe n’imyuzure yasize abantu iheruheru muri Somaliya.
Nov 10, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Uwuserukira Reta y'Uburundi yasabiye Bunyoni, gupfungwa ubuzima bwose agatanga ihadabu y’incuro zibiri z’amazu 153 n’imiduga 43. Mu karere Ka Ngororero mu Rwanda hari abaturage basaba ubutabera ku bikorwa by’urugomo bakorerwa. Umukuru wa ONU ivuga ko muri Gaza hahindutse nk'irimbi ry'abana.
Nov 09, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Ingabo z’Uburundi ziri mu butumwa bwa EAC mu burasirazuba bwa Repuburika ya demokarasi ya Kongo, zavuye mu mujyi muto wa Kitshanga na Mweso mu teritware ya Masisi Mali: Igisirikare cyagabye ibitero by’indege kubyo cyita abakoresha iterabwoba bigaruriye ikigo cya Kidal.
Nov 08, 2023•30 min•Transcript available on Metacast RDC: Ingabo za MONUSCO zashyize ibirindiro muri teritware ya Masisi mu rwego rwo gufatanya n’ingabo za leta kurinda imijyi ya Goma na SAKE Leta ya Somaliya yatangaje ingingo zihutirwa zo mu bihe bigoye mu gihugu nyuma y'uko imvura y'isegenya ihitanye abantu batari musi ya 14
Nov 07, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Muri DRC, Ingabo za ONU zinjiye mu imirwano, ku ruhande rw’ingabo za Kongo, mu rugamba zihanganyemo na M23. Mu Burundi, urubanza rw'uwahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Uburundi, Alain Guillaume Bunyoni, rwatanguye kuburanishwa mu mizi. USA isaba agahengwe mu ntambara ya Hamas na Isirayeri.
Nov 06, 2023•30 min•Transcript available on Metacast