Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 23, 2023
Nov 23, 2023•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Mu Rwanda, Banki Nkuru y’Igihugu yagumishijeho inyungu fatizo yayo yanga ko ibiciro bizamuka
Prezida wa Kenya, William Ruto, yatangaje ko igihugu ciwe citeguriye gushira mu minwe y'abikorera ku giti cabo amashirahamwe 35 ya reta
Amasezerano hagati ya Isirayeli na Hamas ashobora gutinda