Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 06, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 06, 2023

Nov 06, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Muri DRC, Ingabo za ONU zinjiye mu imirwano, ku ruhande rw’ingabo za Kongo, mu rugamba zihanganyemo na M23. Mu Burundi, urubanza rw'uwahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Uburundi, Alain Guillaume Bunyoni, rwatanguye kuburanishwa mu mizi. USA isaba agahengwe mu ntambara ya Hamas na Isirayeri.