Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 28, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 28, 2023

Nov 28, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Ku ncuro ya mbere, Tanzaniya yavugiye ku mugaragaro ko impunzi z'Abarundi zishobora gutakaza uburenganzira bwo kwitwa impunzi ku gataka k’ico gihugu. Muri Sierra Leone, abasirikare13 batawe muri yompi bagirizwa guhakwa guhirika ubutegetsi. OTAN irarimbura imfashanyo ya Ukraine y'igihe kirekire.