Amakuru ku Mugoroba   - Ukuboza 15, 2023 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 15, 2023

Dec 15, 202330 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burayi hari imfu z’agasorosoro z'Abarundi bahaba bahahungiye. Urunani rwitwa “Alliance Fleuve Congo”, rw’Abatavuga rumwe na Reta rwavukiye i Nairobi muri Kenya. Charles McGonigal, yahora atwara ibiro vy’inyamiramabi muri Amerika FBI, yakatiwe umunyororo w’amezi 50.