Ibitaro by’inkambi y’impunzi ya Nakivale muri Uganda bifite ingorane zikomeye z’imiti. Abaturage ba Teritware ya Fizi bahangayikishijwe n’amazi y’ikiyaga cya Tanganyika adasiba kwiyongera. Naho Perezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, yiteguye kwegukana manda ya gatanu mu matora atangira uyu munsi.
Mar 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Mar 14, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Reta ya Tanzaniya yaratanguye guhiga impunzi n’abimukira boba barabonye ubwenegihugu n’akazi muri reta mu buryo buciye kubiri n’amategeko. Ekipe ya Dynamo yari yaserukuye Uburundi mu nkino za Basketball Africa League i Pretoria muri Afrika y’Epfo yasezerewe. Tubafitiye n'ikiganiro Americana
Mar 13, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye.
Mar 12, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Mar 11, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Mar 10, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Mar 09, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Mar 08, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Mar 07, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza Sunak yananiwe gukingira integuro y’itegeko rigenga ivyerekeye kurungika abasaba ubuhungiro mu Rwanda.igisagara ca Bujumbura cahagurukiye kurwanya umwanda.Cadi yatanguye gushumbusha abagizweko ingaruka n’ivyaha ndengerabutungane vyegekwa kuri Hissène Habré
Mar 06, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye.
Mar 05, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abegeranirijwe mw’inkambi nshasha ya Kshaka Shabinda muri Kongo bahangayikishijwe n’ibibazo birimwo ubwinshi bw’abayigana n’ubufasha buke. Abaganga muri Koreya ya ruguru ntiberekwa umugambi wo kongereza abanyeshure biga ivy’ubuvuzi. USA yifashishije indege yakoroye imfashanyo ku butaka bwa Gaza.
Mar 04, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Perezida Mahamat Idriss Deby wa Cadi aziyamamariza umwanya wa perezida Igitero cy'indege za gisirikare z'Uburusiya cyahitanye abantu 7 muri Ukraine Abantu 100 bahamwe n'icyaha cyo kugaba ibitero ku ngoro y'inteko ishinga amategeko y'amerika bashobora kugabanyirizwa ibihano.
Mar 03, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Mar 02, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Ali Hassan Mwinyi, wahoze ari umukuru w’igihugu cya Tanzaniya, yaraye atabarutse. Mu Burundi umugabo Nkurunziza Jean Marie amaze kuba ikirangirire kubera kuvura akoresheje imiti gakondo.
Mar 01, 2024•30 min•Transcript available on Metacast RDC: Bmwe mu Banyamulenge barashinja u Rwanda gukoresha izina ryabo mu ntambara zibera muri Kongo Burundi: Abasirikare barenga 240 barafunzwe baregwa guteza imvururu no kutubahiriza amategeko y’intambara Rwanda: Ubushinjacyaha bwasabiye Beatrice Munyenyezi uregwa Jenoside gufungwa burundu
Feb 29, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amasezerano y'Uburundi n'Uburusiya mu vyo gucukura ubutare bwa Uranium ateye impungenge impande zitandukanye, zirimwo abashingamateka n’amashirahamwe yigenga. Impanuka ya Bisi muri Mali yahitanye abarenga 30. Amatora rusangi azoba mu kwezi kwa gatandatu.
Feb 28, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye.
Feb 27, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Abahizi bahinga ibigori mu Burundi babajwe nuko umusaruro wabo bawugurisha ku giciro kiri hasi. Impanuka y’imodoka mu majyaruguru ya Tanzaniya yahitanye abantu 25 barimo n’abanyamahanga. Umuryango w’ibihugu by’Afrika y’Uburengerazuba CEDEAO watangaje ko ugiye koroshya ibihano wafatiye Gineya na Mali
Feb 26, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Feb 25, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Feb 24, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Feb 23, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Afurika y'Epfo Yatahukanye Ibiziga vy'Abasirikare 2 Bayo Baguye muri Kongo. Amerika Iriko Iragerageza Kwumvikanisha Etiyopiya na Somaliya. ONU Ivuga ko Abanyepalestina Bamaze Kugwa mu Ntambara ya Hamas na Isirayeri Bababa Ibihumbi 30.
Feb 22, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amnesty International urasaba ko ibitero bigabwa ku basivili mu mirwano hagati ya FARDC n’abarwanyi b’umutwe wa M23 byahagarara. Perezida Ramaphosa w’Afrika y’epfo yatangaje ko amatora y’abadepite azaba tariki ya 29 z’ukwezi kwa 5 uyu mwaka.
Feb 21, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Reta y’u Rwanda irvuga ko imishyikirano ariyo nzira yo kugarra amahoro arambye mu burasirazuba bwa Kongo Muri Gineya ubutegetsi bwa gisirikare bwasheshe guverinoma Ingabo za Isirayeli zagabye ibitero mu ntara ya Gaza ejo kuwa mbere zikoresheje indege z’intambara n’ingabo zinyuze ku butaka.
Feb 20, 2024•30 min•Transcript available on Metacast U Rwanda rurashinja Amerika kwivuguruza mu kibazo cy'intambara yo muri Kongo. Senegale. Abashyigikiye Diomaye Faye wiyamamaza ku mwanya wa perezida muri barasaba ko yarekurwa Ingabo z’Amerika ziri mu nyanja itukura zarashe ibibombe bitanu mu duce tugenzurwa n’abarwanyi b’Abahuti muri Yemeni
Feb 19, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Feb 18, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Feb 17, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Muri Kongo ejo habaye imyigaragambyo yamagana U Rwanda n'Ibihugu byo mu burengerazuba bw'isi.Mu Burundi, turagaruka ku ngaruka zo guhohotera abategarugoli mu ntara ya Ruyigi.Inama y’igihugu ishinzwe kurinda itegeko nshinga muri Senegali yasheshe icyemezo gisubika amatora y’umukuru w’igihugu.
Feb 16, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Umwe mu badepite b’Amerika araburira ko bishoboka ko umutekano w’igihugu waba uri mu kaga. Perezida Tayyip Erdogan wa Turukiya yatangaje ko yiteguye gufatanya na Misiri gusana akarere ka Gaza. Abahanga mu bumenyi bw’umugabane w’Aziya barasaba ko Ubushinwa bufatirwa ibihano bishya by'ubukungu.
Feb 15, 2024•30 min•Transcript available on Metacast