Amakuru mu Gitondo - Werurwe 06, 2024
Mar 06, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza Sunak yananiwe gukingira integuro y’itegeko rigenga ivyerekeye kurungika abasaba ubuhungiro mu Rwanda.igisagara ca Bujumbura cahagurukiye kurwanya umwanda.Cadi yatanguye gushumbusha abagizweko ingaruka n’ivyaha ndengerabutungane vyegekwa kuri Hissène Habré