Amakuru mu Gitondo - Gashyantare 22, 2024
Feb 22, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Afurika y'Epfo Yatahukanye Ibiziga vy'Abasirikare 2 Bayo Baguye muri Kongo. Amerika Iriko Iragerageza Kwumvikanisha Etiyopiya na Somaliya. ONU Ivuga ko Abanyepalestina Bamaze Kugwa mu Ntambara ya Hamas na Isirayeri Bababa Ibihumbi 30.