Umuntu wa kabiri yanduye ikiza ca Ebola muri Uganda yitavye Imana. Leta ya Kongo iravuga abo umutwe wa M23 wahaye u Rwanda uvuga ko ari abarwanyi ba FDLR ari ikinamico. Umufaransa Fabien Doubey ukinira ikipe ya Total Energies ni we watsinze isiganwa ry'amagare Tour du Rwanda 2025.