Uburundi buvuga ko butabona aho buhera mu gutabara Abarundi barenga 70 bamaze amezi 6 bapfungiwe ku kibuga c’indege ca Manila Ninoy Aquino muri Filipine. M23 yemeza ko yigaruriye igisagara ca Masisi kiri mu bikomeye muri Kongo. Siriya isaba USA kuyivana mu bihano.
Amakuru mu Gitondo - Mutarama 06, 2025 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast